show episodes
 
Program ini (“Kebenaran Abadi”) adalah bagian dari pengajaran Alkitab di seluruh dunia dari program TTB. Seri seri aslinya ditulis oleh Dr. J. VernonMcGee dan telah diterjemahkan dan disesuaikan ke dalam lebih 100 bahasa dan dialek. Program ini dirancang sebagai program radio setiap hari yang berdurasi 30 menit yang secara sistematis membawa pendengar kepada seluruh isi Alkitab. Saat ini program tersebut sudah ada untuk anda online. Kami berterima kasih bahwa anda mulai memilih belajar lebih ...
 
Teropong Dunia merupakan original news podcast oleh wavesuara, dimana berita teraktual akan di sajikan secara menarik disetiap episode nya. Wavesuara merupakan platform audio yang terdiri dari podcasrt, audio review, audio book dan konten audio lainnya. Wavesuara bekerja sama dengan podcaster, YouTuber, influencer dan content creator untuk memberikan audio konten yang dapat dinikmati setiap kalangan pendengar di kegiatan sehari-hari. Kenali wavesuara lebih dekat : www.wavesuara.com
 
Loading …
show series
 
Mu Burundi abigisha b’abakutsakivi bagera ku 400 bo mu ntara ya Muyinga mu buraruko bw’igihugu bishuza reta ibirarane vyo kuva mu mwaka w’i 2016. Muri Republika ya Demokrasi ya Congo, abantu batanu bari mu modaka yari ijanye ibifungurwa vy’abavanywe mu vyabo n’intambara bishwe n’abantu bitwaje ibigwanisho.…
 
Urukiko rw'ubucuruzi mu Rwanda rwategetse ko umuryango wa Nyakwigendera Assinapol Rwigara ugomba kwishyura miliyoni zisaga 349 y'umwenda ufitiye banki y'ubucuruzi ya Cogebank. Mu Burundi, Komisiyo CNTB ishinzwe gukemura ibibazo by’amasambu n’indi mitungo ifite impungenge ko igihe yahawe kigiye kurangira itarangiza gutunganya inshingano zayo yahawe …
 
U Rwanda rwategetse ko ingendo z’indege hagati ya rwo n’ibihugu vyo mu karere ka Afrika y’ubumanuko zihagarikwa kubera ubwoko bushasha bwa Covid-19, Omicron bwateye.Umurwi witwa Twirwaneho uhurikiyemwo abanyamulenge, uvuga ko kugira bashire ibirwanisho hasi, Reta ya Kongo ibwirizwa gukingira abanyagihugu.…
 
Leta y’Uburundi isaba abatozakori bagirizwa kunyuruza amamiliyoni arenga 50 mu mezi abiri aheze kuyasubiza canke bagapfungwa. Mu Rwanda abanyeshuri bagera ku 1000 bakoze ibizamini vya reta bisoza amashuri yisumbuye, baridogera amanuta make baronse Sentare nkuru ya gisirikare mu Rwanda yigijeyo iburanisha ry'urubanza rw'abari abarwanyi mu mirwi ya P…
 
Mu Rwanda, abaturage bahoze bafite amasambu ahahoze hubatse inkambi ya Gihembe yarimo impunzi z’abanyekongo, barashaka ubutaka bwabo. Umutwe w’inyeshyamba witwa M23 urahakana ibitero bivugwa ko wagabye mu ntara ya Kivu ya ruguru muri Teritwari ya Rutshuru, muri Repuburika ya Demokarasi ya Kongo. Naho ikigo IRAZ cy'ubushakashatsi mu by'ubuhinzi n'ub…
 
Loading …

Panduan Referensi Cepat

Google login Twitter login Classic login